Zaburi 88:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Imishwarara yawe y’ishavu rirurumba yaciye hejuru yanje+;Ibica ivutu biva iwawe vyanumije+. Yesaya 9:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Mu burake bwa Yehova nyen’ingabo igihugu kiradometswe, kandi abantu bazocika nk’indya z’umuriro+. Nta n’uwuzogirira impuhwe mwene wabo+. Ivyahishuwe 14:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 azonywa kandi ku muvinyu w’ishavu ry’Imana risutswe mu gikombe c’uburake bwayo+ ritavanze, kandi azobabazwa+ hakoreshejwe umuriro n’amazuku+ mu maso y’abamarayika beranda no mu maso ya wa Mwagazi w’intama.
19 Mu burake bwa Yehova nyen’ingabo igihugu kiradometswe, kandi abantu bazocika nk’indya z’umuriro+. Nta n’uwuzogirira impuhwe mwene wabo+.
10 azonywa kandi ku muvinyu w’ishavu ry’Imana risutswe mu gikombe c’uburake bwayo+ ritavanze, kandi azobabazwa+ hakoreshejwe umuriro n’amazuku+ mu maso y’abamarayika beranda no mu maso ya wa Mwagazi w’intama.