Zaburi 74:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ewe Mana, umurwanizi azoguma agusiga iceyi kugeza ryari+?Mbega umwansi azoguma agaya izina ryawe ibihe bidahera+? Yesaya 37:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Maze Yesaya ababwira ati: “Mubwire umukama wanyu muti: ‘Ibi ni vyo Yehova avuze+: “Ntutinye+ kubera amajambo wumvise, ayo abasuku+ b’umwami wa Ashuri bakoresheje mu kumvuga nabi. Abaroma 2:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Kuko “izina ry’Imana ririko rirogotwako mu mahanga kubera mwebwe+”; ni nk’uko vyanditswe. Yakobo 2:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Mbega si bo barogota+ kuri rya zina ryiza mwitirirwa+?
10 Ewe Mana, umurwanizi azoguma agusiga iceyi kugeza ryari+?Mbega umwansi azoguma agaya izina ryawe ibihe bidahera+?
6 Maze Yesaya ababwira ati: “Mubwire umukama wanyu muti: ‘Ibi ni vyo Yehova avuze+: “Ntutinye+ kubera amajambo wumvise, ayo abasuku+ b’umwami wa Ashuri bakoresheje mu kumvuga nabi.