Yesaya 37:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Yesaya azibwira ati: «Mubwire shobuja muti: “Yehova avuze ati: ‘Ntutinye+ kubera amajambo wumvise avugwa n’abasuku umwami wa Ashuri+ yarungitse kuntuka.
6 Yesaya azibwira ati: «Mubwire shobuja muti: “Yehova avuze ati: ‘Ntutinye+ kubera amajambo wumvise avugwa n’abasuku umwami wa Ashuri+ yarungitse kuntuka.