Matayo 24:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kandi iyi nkuru nziza+ y’ubwami+ izokwamamazwa mw’isi yose ngo bibe intahe ku mahanga yose+; maze iherezo+ rizoca riza. Ivyahishuwe 14:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Maze mbona uwundi mumarayika aguruka hagati mu kirere+, kandi yari afise inkuru nziza+ y’ibihe bidahera yo gutangaza nk’amakuru y’akamwemwe ku baba kw’isi, no kw’ihanga ryose n’umuryango wose n’ururimi rwose n’igisata cose+,
14 Kandi iyi nkuru nziza+ y’ubwami+ izokwamamazwa mw’isi yose ngo bibe intahe ku mahanga yose+; maze iherezo+ rizoca riza.
6 Maze mbona uwundi mumarayika aguruka hagati mu kirere+, kandi yari afise inkuru nziza+ y’ibihe bidahera yo gutangaza nk’amakuru y’akamwemwe ku baba kw’isi, no kw’ihanga ryose n’umuryango wose n’ururimi rwose n’igisata cose+,