Yesaya 66:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Kurya kw’umuntu aguma ahozwa na nyina wiwe, ni ko namwe nzoguma ndabahoza+; kandi mu bijanye na Yeruzalemu, muzohozwa+.
13 Kurya kw’umuntu aguma ahozwa na nyina wiwe, ni ko namwe nzoguma ndabahoza+; kandi mu bijanye na Yeruzalemu, muzohozwa+.