ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 5:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 “‘Canke igihe umuntu akoze ku kintu kanaka gihumanye, waba umuvyimba w’igikoko gihumanye, canke umuvyimba w’igitungwa gihumanye, canke umuvyimba w’ikiremwa kigwirirana gihumanye+, naho yoba atabimenye+, ntikizobuza ko aba uwuhumanye kandi akagirwa n’icaha+.

  • Ezekiyeli 44:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 “‘Baze bigishe abantu banje itandukaniro riri hagati y’iceranda n’igihumanye; baze babamenyeshe itandukaniro riri hagati y’icanduye n’ikitanduye+.

  • Hagayi 2:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Hagayi yongera kuvuga ati: “Mu gihe umuntu yahumanijwe n’uwapfuye yoba akoze kuri kimwe muri ivyo, mbega coca kiba igihumanye+?”

      Abaherezi na bo bishura bati: “Coca kiba igihumanye.”

  • Abanyefeso 5:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 kandi mureke gufatanya+ na bo mu bikorwa vyabo birumvye vy’umwiza+, ahubwo nyabuna mubikangire+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika