Yesaya 6:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kuri ivyo, umwe muri ba baserafi araguruka aza aho ndi, kandi mu kuboko kwiwe hari ikara rirurumba+ yari yatoje udupensi ku gicaniro*+.
6 Kuri ivyo, umwe muri ba baserafi araguruka aza aho ndi, kandi mu kuboko kwiwe hari ikara rirurumba+ yari yatoje udupensi ku gicaniro*+.