ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yohani 15:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Mwibuke ijambo nababwiye: Umushumba ntaruta shebuja. Nimba barampamye, bazobahama na mwebwe+; nimba barubahirije ijambo ryanje, bazokwubahiriza n’iryanyu.

  • Yohani 15:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Ariko ni ukugira ijambo ryanditswe mw’Itegeko ryabo riranguke, irivuga ngo: ‘Banyankiye ubusa+.’

  • 1 Petero 2:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Nkako, iyo nzira ni yo mwahamagariwe, kuko na Kristu yababajwe ku bwanyu+, aba abasigiye akarorero kugira ngo mukurikire neza intambuko ziwe+.

  • 1 Petero 2:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Igihe yatukwa+, ntiyasubizayo igitutsi+. Igihe yababazwa+, ntiyahiga, mugabo yaguma yiha umwe+ aca imanza mu bugororotsi.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika