Zaburi 35:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Ese ababaye abansi banje ata mvo batonyigambako+;Nayo abanyankira ubusa, ntibavune urugohe+. Zaburi 69:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Abanyankira ubusa babaye benshi mbere kuruta n’umushatsi wo ku mutwe wanje+.Abarondera kunumya, bakaba ari abansi banje ata mvo, babaye benshi+.Ico ntari natwaye ku bwambuzi, naciye ndagisubiza. Luka 23:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Ubugira gatatu ababwira ati: “Mbega yemwe, none ikibi uyu yakoze ni igiki? Nta kintu na kimwe namubonyemwo gikwiriye kumwicisha; ndamuhana rero hanyuma ndamurekure+.”
4 Abanyankira ubusa babaye benshi mbere kuruta n’umushatsi wo ku mutwe wanje+.Abarondera kunumya, bakaba ari abansi banje ata mvo, babaye benshi+.Ico ntari natwaye ku bwambuzi, naciye ndagisubiza.
22 Ubugira gatatu ababwira ati: “Mbega yemwe, none ikibi uyu yakoze ni igiki? Nta kintu na kimwe namubonyemwo gikwiriye kumwicisha; ndamuhana rero hanyuma ndamurekure+.”