Zaburi 22:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nayo abambona bose, bantwengera mw’ijigo+;Baguma bataburura iminwa, baguma bazunza umutwe, ngo+: Mika 5:1 Bibiliya y’isi nshasha 5 “Ubu urikebagura+, ewe mukobwa atewe; yadusugereje+. Umucamanza wa Isirayeli bazomukubita inkoni kw’itama+. Matayo 26:67 Bibiliya y’isi nshasha 67 Maze bamucira mu maso+ bongera bamukubita+ ingumu. Abandi bamukubita amakofe mu maso+, Yohani 6:66 Bibiliya y’isi nshasha 66 Ku bw’ivyo benshi mu bigishwa biwe baja ku bintu bari basize inyuma+, ntibongera kugendana na we+.
5 “Ubu urikebagura+, ewe mukobwa atewe; yadusugereje+. Umucamanza wa Isirayeli bazomukubita inkoni kw’itama+.
66 Ku bw’ivyo benshi mu bigishwa biwe baja ku bintu bari basize inyuma+, ntibongera kugendana na we+.