ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 16:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Aroni aze arambike ibiganza vyiwe vyompi+ ku mutwe wa nya mpene nzima, yaturire+ hejuru yayo amakosa yose+ ya bene Isirayeli n’imigararizo yabo yose mu bicumuro+ vyabo vyose, abishire ku mutwe w’iyo mpene+, aheze ayirungike mu gahinga+ biciye ku mugabo yiteguye+.

  • Matayo 26:37
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 37 Ahitana Petero na ba bahungu babiri+ ba Zebedayo, atangura kugira intuntu no guhagarika umutima bimwe bikomeye+.

  • Luka 19:41
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 41 Maze yegereye Yeruzalemu, abona ico gisagara arakiririra+,

  • Yohani 11:35
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 35 Yezu arakorora amosozi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika