Matayo 27:57 Bibiliya y’isi nshasha 57 Kubera bwari bugorovye, haza umugabo w’umutunzi w’i Arimateya yitwa Yozefu, na we nyene akaba yari yaracitse umwigishwa wa Yezu+. Mariko 15:46 Bibiliya y’isi nshasha 46 Na we aca agura impuzu y’ilino nziza, aramumanura, amuzingira muri nya mpuzu hanyuma amushira+ mu mva+ yari yimbwe mu gitandara; araheza atembagariza ibuye ku muryango w’iyo mva+. Yohani 19:41 Bibiliya y’isi nshasha 41 Ahantu yari yamanitswe hari umurima, kandi muri nya murima hari imva nshasha+ ata wari bwayiryamikwemwo.
57 Kubera bwari bugorovye, haza umugabo w’umutunzi w’i Arimateya yitwa Yozefu, na we nyene akaba yari yaracitse umwigishwa wa Yezu+.
46 Na we aca agura impuzu y’ilino nziza, aramumanura, amuzingira muri nya mpuzu hanyuma amushira+ mu mva+ yari yimbwe mu gitandara; araheza atembagariza ibuye ku muryango w’iyo mva+.
41 Ahantu yari yamanitswe hari umurima, kandi muri nya murima hari imva nshasha+ ata wari bwayiryamikwemwo.