Yesaya 53:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Azomuha ikibanza ciwe co guhambwamwo kumwe n’ababisha+, kumwe n’abatunzi mu rupfu rwiwe+, naho ata bukazi yari yarakoze+, kandi akaba ata buhendanyi bwari mu kanwa kiwe+. Ivyakozwe 13:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Bamaze kurangura ibintu vyose vyanditswe kuri we+, bamumanura ku giti+ baraheza bamushira mu mva+.
9 Azomuha ikibanza ciwe co guhambwamwo kumwe n’ababisha+, kumwe n’abatunzi mu rupfu rwiwe+, naho ata bukazi yari yarakoze+, kandi akaba ata buhendanyi bwari mu kanwa kiwe+.
29 Bamaze kurangura ibintu vyose vyanditswe kuri we+, bamumanura ku giti+ baraheza bamushira mu mva+.