Zaburi 2:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nsaba+, nguhe amahanga abe intoranwa yawe+N’impera z’isi zibe itongo wigabira+. Yesaya 52:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 ni ko azotera amahanga menshi guhababuka+. Kubera we, abami bazozibira akanwa kabo+, kuko bazobona koko ivyo batadondewe, kandi bazotegerezwa kurimbura ivyo batari barumvise+.
15 ni ko azotera amahanga menshi guhababuka+. Kubera we, abami bazozibira akanwa kabo+, kuko bazobona koko ivyo batadondewe, kandi bazotegerezwa kurimbura ivyo batari barumvise+.