ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 32:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Yamusanze mu gihugu c’agahinga+,

      Mu bugaragwa bw’urwanaga, bugaragara+.

      Atangura kumukikuza+, kumwitwararika+,

      Kumuzigama nk’imbone y’ijisho ryiwe+.

  • Ezekiyeli 38:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Nzoburana+ na we, nkoresheje ikiza+ n’amaraso+; imvura y’isegenya isegenyuka be n’iminana y’urubura+, umuriro+ be n’amazuku, ni vyo nzogwisha kuri we no ku nteko ziwe no ku bisata vyinshi bizoba biri kumwe na we+.

  • Zakariya 2:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Kuko ibi ari vyo Yehova nyen’ingabo avuze: ‘Amaze kuninahazwa+, yarantumye ku mahanga yahora abanyaga+; kuko uwubakozeko+ aba akoze ku mbone y’ijisho ryanje+.

  • Zakariya 12:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Kuri uwo musi+ Yeruzalemu nzoyigira ibuye riremera+ ibisata vy’abantu vyose. Abazoriterura bose ntibazobura gukobagurika bikomeye; kandi amahanga yose yo kw’isi azokorana kugira ayirwanye+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika