ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Daniyeli 2:34
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 34 Wagumye uraba kugeza aho ibuye risituriwe+, ridasituwe n’amaboko, rigakubita ca gishusho ku birenge vyaco vy’icuma n’ibumba ribumbabumvye rikabijanjagura+.

  • Daniyeli 2:45
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 45 narirya wabonye yuko ibuye ryasituwe ku musozi, ridasituwe n’amaboko+, rikajanjagura ca cuma, wa mujumpu, rya bumba ribumbabumvye, ya feza na ya nzahabu+. Ya Mana Ihambaye+ ni yo yamenyesheje umwami ibibwirizwa kuba mu nyuma+. Iyo ndoto ni iyo kwizerwa, n’insobanuro yayo ni iyo kwizigirwa+.”

  • Matayo 21:44
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 44 Vyongeye, umuntu agwa kuri iryo buye azovunagurika. Nayo uwo rizogwako wese, rizomusya+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika