Zaburi 112:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Umuntu w’umunyempuhwe+ kandi aguranana ni mwiza+. י [Yodi]Ivyiwe abishigikiza ubutungane+. Imigani 29:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Biciye ku butungane umwami atuma igihugu kiragama+, mugabo umuntu ashashaye ibiturire aragisambura+. Yesaya 32:1 Bibiliya y’isi nshasha 32 Raba! Umwami+ azoganza ku bw’ubugororotsi+; nayo abaganwa+, bazotwara nk’abaganwa ku bw’ubutungane. Mika 6:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Yaraguhishuriye iciza ico ari co+, ewe muntu yakuwe mw’ivu! None hari ikindi Yehova agusaba atari ugukurikiza ubutungane+ no gukunda ubuntu+ no kugendana n’Imana yawe+ wifashe ruto+?
4 Biciye ku butungane umwami atuma igihugu kiragama+, mugabo umuntu ashashaye ibiturire aragisambura+.
32 Raba! Umwami+ azoganza ku bw’ubugororotsi+; nayo abaganwa+, bazotwara nk’abaganwa ku bw’ubutungane.
8 Yaraguhishuriye iciza ico ari co+, ewe muntu yakuwe mw’ivu! None hari ikindi Yehova agusaba atari ugukurikiza ubutungane+ no gukunda ubuntu+ no kugendana n’Imana yawe+ wifashe ruto+?