Zaburi 106:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Hahiriwe abubahiriza ubutungane+,Bagakora ivy’ubugororotsi igihe cose+. Luka 11:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Mugabo na we avuga ati: “Oya, ahubwo hahiriwe abumva ijambo ry’Imana bakarigumya+!”