ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 29:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Mutegerezwa rero kugumya amajambo y’iri sezerano mukayashitsa, kugira mutume ikintu cose muzokora kigenda neza+.

  • Zaburi 1:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  2 Ahubwo ahimbarwa n’itegeko rya Yehova+,

      Kandi itegeko ryiwe arisoma n’ijwi ritoyi umurango n’ijoro+.

  • Zaburi 112:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 112 Shemeze Ya+!

      א [ʼAlefu]

      Hahiriwe umuntu atinya Yehova+,

      ב [Beti]

      Yahimbawe cane+ n’amabwirizwa yiwe+.

  • Zaburi 119:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  2 Hahiriwe abubahiriza ivyibutsa vyiwe+;

      Baguma bamurondeza umutima wose+.

  • Yesaya 56:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Hahiriwe umuntu akora ivyo+, n’umwana w’abantu abigumya+, akubahiriza isabato kugira ntayihumanye+, kandi akarinda ukuboko kwiwe kugira ntigukore ikibi na kimwe+.

  • Matayo 7:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 “Si umuntu wese ambwira ngo: ‘Mukama, Mukama’ azokwinjira mu bwami bwo mw’ijuru, atari uwukora+ ukugomba kwa Dawe ari mw’ijuru+.

  • Yakobo 1:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Mugabo uwihweza muri rya tegeko ritagira akanenge+ ry’umwidegemvyo kandi agakovya muri ryo, uwo muntu, kubera atabaye uwumva akibagira, mugabo akaba uwukora igikorwa+, azoba ahiriwe+ mu kubikora.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika