Abalewi 26:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 “‘Nimwabandanya kugendera mu vyagezwe vyanje no kugumya amabwirizwa yanje kandi mukayashitsa koko+, Imigani 4:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Fata indero ugumye+; nturekure+. Yizigame, kuko ari yo buzima bwawe+.
3 “‘Nimwabandanya kugendera mu vyagezwe vyanje no kugumya amabwirizwa yanje kandi mukayashitsa koko+,