ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Nehemiya 13:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Muri iyo misi mbona muri Yuda abantu bariko baganisha amaguru mu nganiro z’umuvinyu kw’isabato+, bazana ibirundo vy’intete bongera babiremeka+ indogobwa+, bakaziremeka n’umuvinyu n’inzabibu n’insukoni+ n’imizigo y’ubwoko bwose, bakavyinjiza i Yeruzalemu ku musi w’isabato+; nuko ntangura kubagiriza ku musi bariko bagurisha ibiribwa.

  • Yesaya 58:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 “Kubera isabato, niwasubiza inyuma ikirenge cawe ku bijanye no gukora ibiguhimbara ubwawe ku musi wanje mweranda+, kandi isabato ukayita vy’ukuri akaryoshe, umusi mweranda wa Yehova, umusi uninahazwa+, kandi ukawuninahaza aho gukora ivy’inzira zawe bwite, aho kurondera ibiguhimbara no kuvuga amajambo,

  • Abaheburayo 4:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Haracasigaye rero akaruhuko k’isabato ku bantu b’Imana+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika