ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Nehemiya 13:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Muri iyo misi mbona muri Yuda abantu bariko baganisha amaguru mu nganiro z’umuvinyu kw’isabato+, bazana ibirundo vy’intete bongera babiremeka+ indogobwa+, bakaziremeka n’umuvinyu n’inzabibu n’insukoni+ n’imizigo y’ubwoko bwose, bakavyinjiza i Yeruzalemu ku musi w’isabato+; nuko ntangura kubagiriza ku musi bariko bagurisha ibiribwa.

  • Yesaya 56:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Hahiriwe umuntu akora ivyo+, n’umwana w’abantu abigumya+, akubahiriza isabato kugira ntayihumanye+, kandi akarinda ukuboko kwiwe kugira ntigukore ikibi na kimwe+.

  • Yeremiya 17:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Ibi ni vyo Yehova avuze: “Nimwiyubare ubwanyu+, kandi ntihagire umutwaro mutwara ku musi w’isabato ngo muwinjize muwucishije mu marembo ya Yeruzalemu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika