2 Abami 25:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Amasigarira y’abantu+ bari basigaye mu gisagara, n’abari bataye bakomokera ku mwami wa Babiloni, n’abandi bantu basigaye, Nebuzaradani umukuru w’abacungera ubuzima abatwara mu bunyagano+. Yeremiya 52:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Aba ni bo bantu Nebukadirezari yatwaye mu bunyagano: mu mwaka ugira indwi, Abayuda ibihumbi bitatu na mirongo ibiri na batatu+.
11 Amasigarira y’abantu+ bari basigaye mu gisagara, n’abari bataye bakomokera ku mwami wa Babiloni, n’abandi bantu basigaye, Nebuzaradani umukuru w’abacungera ubuzima abatwara mu bunyagano+.
28 Aba ni bo bantu Nebukadirezari yatwaye mu bunyagano: mu mwaka ugira indwi, Abayuda ibihumbi bitatu na mirongo ibiri na batatu+.