9 Amasigarira y’abantu bari basigaye mu gisagara, n’abari bataye bakomoka bakishikana kuri we, n’amasigarira y’abantu bari basigaye, Nebuzaradani+ umukuru w’abacungera ubuzima+ abajana mu bunyagano i Babiloni+.
30 Mu mwaka ugira mirongo ibiri na gatatu wa Nebukadirezari, Nebuzaradani umukuru w’abacungera ubuzima atwara Abayuda mu bunyagano, atwara abantu amajana indwi na mirongo ine na batanu+.
Abantu bose bari ibihumbi bine n’amajana atandatu.