Gusubira mu vyagezwe 4:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Kandi Yehova ata gukeka azobasanzaza mu bisata vy’abantu+, kandi koko muzosigara muri inkehwa+ mu mahanga Yehova azobirukaniramwo. Gusubira mu vyagezwe 28:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Yehova azotuma utsindwa imbere y’abansi bawe+. Uzojana inzira imwe ugiye kubatera, ujane inzira indwi ubahunga. Kandi uzocika akumiza ku bwami bwose bwo kw’isi+. Ezekiyeli 12:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Kandi bazobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova ninabashwiragiriza mu mahanga, nkabasanzariza koko mu bihugu+.
27 Kandi Yehova ata gukeka azobasanzaza mu bisata vy’abantu+, kandi koko muzosigara muri inkehwa+ mu mahanga Yehova azobirukaniramwo.
25 Yehova azotuma utsindwa imbere y’abansi bawe+. Uzojana inzira imwe ugiye kubatera, ujane inzira indwi ubahunga. Kandi uzocika akumiza ku bwami bwose bwo kw’isi+.
15 Kandi bazobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova ninabashwiragiriza mu mahanga, nkabasanzariza koko mu bihugu+.