Yesaya 48:1 Bibiliya y’isi nshasha 48 Nimwumve ibi, yemwe nzu ya Yakobo, mwebwe abiyitirira izina rya Isirayeli+ mukaba kandi mwavuye mu mazi ya Yuda+, mwebwe abarahira mw’izina rya Yehova+ mukavuga mbere Imana ya Isirayeli+, atari mu kuri kandi atari mu bugororotsi+. Hoseya 4:1 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nimwumve ijambo rya Yehova, yemwe bene Isirayeli, kuko Yehova afitaniye imburano n’ababa mu gihugu+, kuko ata kuri+ canke ubuntu bwuzuye urukundo canke ukumenya Imana biri mu gihugu+.
48 Nimwumve ibi, yemwe nzu ya Yakobo, mwebwe abiyitirira izina rya Isirayeli+ mukaba kandi mwavuye mu mazi ya Yuda+, mwebwe abarahira mw’izina rya Yehova+ mukavuga mbere Imana ya Isirayeli+, atari mu kuri kandi atari mu bugororotsi+.
4 Nimwumve ijambo rya Yehova, yemwe bene Isirayeli, kuko Yehova afitaniye imburano n’ababa mu gihugu+, kuko ata kuri+ canke ubuntu bwuzuye urukundo canke ukumenya Imana biri mu gihugu+.