Yobu 29:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Narambara ubugororotsi, na bwo bukanyambika+.Ubutungane bwanje bwari bumeze nk’umwitero utagira amaboko, mbere nk’igitambara co mu mutwe. Yesaya 11:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kandi ubugororotsi ni bwo buzomubera umukaba wo mu mafyinga+, ubwizigirwa na bwo umukaba wo mu kiyunguyungu ciwe+.
14 Narambara ubugororotsi, na bwo bukanyambika+.Ubutungane bwanje bwari bumeze nk’umwitero utagira amaboko, mbere nk’igitambara co mu mutwe.
5 Kandi ubugororotsi ni bwo buzomubera umukaba wo mu mafyinga+, ubwizigirwa na bwo umukaba wo mu kiyunguyungu ciwe+.