Gusubira mu vyagezwe 32:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Uguhōra ni ukwanje, n’uguhemba ni ukwanje+.Igihe nicagera ikirenge cabo kizogenda kiradandabagirana+,Kuko umusi w’ivyago vyabo uri hafi+Kandi ibiteguriwe kubashikira biranyaragasa+.’ Zaburi 94:1 Bibiliya y’isi nshasha 94 Ewe Mana y’ibikorwa vy’uguhōra, wewe Yehova+,Ewe Mana y’ibikorwa vy’uguhōra, nusayangane+! Abaheburayo 10:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Kuko tuzi uwavuze ati: “Uguhōra ni ukwanje; ni jewe nzosubiriza umuntu mu ndumane+”; vyongeye ati: “Yehova azocira urubanza abantu biwe+.”
35 Uguhōra ni ukwanje, n’uguhemba ni ukwanje+.Igihe nicagera ikirenge cabo kizogenda kiradandabagirana+,Kuko umusi w’ivyago vyabo uri hafi+Kandi ibiteguriwe kubashikira biranyaragasa+.’
30 Kuko tuzi uwavuze ati: “Uguhōra ni ukwanje; ni jewe nzosubiriza umuntu mu ndumane+”; vyongeye ati: “Yehova azocira urubanza abantu biwe+.”