1 Abami 10:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Ivyombo vyo kunyweramwo vyose vy’Umwami Salomo vyari ivyo mu nzahabu, kandi ivyombo vyose vya ya Nzu y’Ikibira c’i Libani+ vyari ivyo mu nzahabu itavanze+. Nta kintu na kimwe co mw’ifeza cariho; ifeza yabonwa nk’ubusa mu misi ya Salomo. Ivyahishuwe 21:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Kandi urwo ruhome rwari yasipi+, nya gisagara na co kikaba cari inzahabu itavanze nk’ikiyo kibona.
21 Ivyombo vyo kunyweramwo vyose vy’Umwami Salomo vyari ivyo mu nzahabu, kandi ivyombo vyose vya ya Nzu y’Ikibira c’i Libani+ vyari ivyo mu nzahabu itavanze+. Nta kintu na kimwe co mw’ifeza cariho; ifeza yabonwa nk’ubusa mu misi ya Salomo.
18 Kandi urwo ruhome rwari yasipi+, nya gisagara na co kikaba cari inzahabu itavanze nk’ikiyo kibona.