ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Daniyeli 2:35
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 35 Uwo mwanya, ca cuma, rya bumba ribumbabumvye, wa mujumpu, ya feza na ya nzahabu, vyose hamwe, birajanjagurwa bicika nk’umuguruka uvuye ku mbuga y’ikubitiro yo mu ci+, maze umuyaga urabijana ku buryo ata n’ikanda ryavyo riboneka+. Nya buye ryari rikubise ico gishusho ricika umusozi munini, ryuzura isi yose+.

  • Ivyahishuwe 7:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Inyuma y’ivyo, ngize ntya mbona isinzi rinini+ ata wari ashoboye guharura, bo mu mahanga yose+ n’imiryango yose n’ibisata vyose+ n’indimi zose+, bahagaze imbere ya ya ntebe y’ubwami+ n’imbere ya wa Mwagazi w’intama, bambaye amakanzu yera+; kandi mu minwe yabo hari amashami y’ibigazi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika