Zaburi 72:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Abami ba Tarushishi n’ab’amazinga+—Bazoriha ikibuguro+.Abami ba Sheba n’aba Seba—Bazoshikana ituro+. Yesaya 49:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Abami bazokubera ababungabunzi+, abaganwakazi babo na bo bakubere abarezi. Bazokwunamira bubarare hasi+, barigate umukungugu wo ku birenge vyawe+; kandi uzobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova, kandi abanyizigiye sinzobamaramaza+.” Yesaya 60:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 “Kandi amarembo yawe azoguma yuguruye nantaryo+; ntazokwugarwa haba ku murango canke mw’ijoro, kugira ngo uzanirwe amatunga y’amahanga+, kandi abami babo ni bo bazoba bari imbere+.
10 Abami ba Tarushishi n’ab’amazinga+—Bazoriha ikibuguro+.Abami ba Sheba n’aba Seba—Bazoshikana ituro+.
23 Abami bazokubera ababungabunzi+, abaganwakazi babo na bo bakubere abarezi. Bazokwunamira bubarare hasi+, barigate umukungugu wo ku birenge vyawe+; kandi uzobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova, kandi abanyizigiye sinzobamaramaza+.”
11 “Kandi amarembo yawe azoguma yuguruye nantaryo+; ntazokwugarwa haba ku murango canke mw’ijoro, kugira ngo uzanirwe amatunga y’amahanga+, kandi abami babo ni bo bazoba bari imbere+.