ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezira 1:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Umuntu wese muri mwebwe wo mu bantu biwe bose, Imana yiwe ibane na we+. Naduge rero i Yeruzalemu muri Yuda, asubire kwubaka inzu ya Yehova Imana ya Isirayeli, ni we Mana y’ukuri+, inzu yari i Yeruzalemu+.

  • Yesaya 11:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Kandi azodugiriza koko ikimenyetso amahanga, akoranye abashwiragiye ba Isirayeli+; kandi abasanzaye ba Yuda azobegeranya abakuye ku mpera zine z’isi+.

  • Yesaya 18:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Yemwe mwese ababa ku butaka bwimbuka+ namwe ababa kw’isi: muzobona ikintu gitangaje nk’igihe hadugijwe ikimenyetso ku misozi+, kandi muzokwumva ijwi nk’igihe havugijwe inzamba+.

  • Yesaya 49:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Raba! Nzodugiriza amahanga ukuboko kwanje+, ndugirize ibisata vy’abantu ikimenyetso canje+. Na bo bazozana abana bawe mu gikiriza, batware ku rutugu abakobwa bawe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika