Zaburi 33:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Abo kw’isi bose nibatinye Yehova+.Ababa ku butaka bwimbuka bose nibamugirire ubwoba+. Zaburi 96:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Imbere ya Yehova. Kuko aje+;Kuko aje gucira imanza isi+.Azocira imanza ubutaka bwimbuka akoresheje ubugororotsi+,N’ibisata vy’abantu akoresheje ubwizigirwa bwiwe+. Imigani 8:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 mpimbariwe ubutaka bwimbuka bw’isi yiwe+, kandi ibintu nakunda cane vyari ivyerekeye abana b’abantu+. Yesaya 26:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Twaribungenze, twaragize ububabare bw’ibise+; ni nk’aho twibarutse umuyaga. Nta bukiriro nyakuri dushitsa ku bijanye n’igihugu+, kandi nta bantu bo kuba ku butaka bwimbuka bavuka+. Gucura intimba 4:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Abami bo mw’isi n’ababa ku butaka bwimbuka bose ntibemeye+Yuko umurwanizi n’umwansi bokwinjiye mu marembo ya Yeruzalemu+.
13 Imbere ya Yehova. Kuko aje+;Kuko aje gucira imanza isi+.Azocira imanza ubutaka bwimbuka akoresheje ubugororotsi+,N’ibisata vy’abantu akoresheje ubwizigirwa bwiwe+.
31 mpimbariwe ubutaka bwimbuka bw’isi yiwe+, kandi ibintu nakunda cane vyari ivyerekeye abana b’abantu+.
18 Twaribungenze, twaragize ububabare bw’ibise+; ni nk’aho twibarutse umuyaga. Nta bukiriro nyakuri dushitsa ku bijanye n’igihugu+, kandi nta bantu bo kuba ku butaka bwimbuka bavuka+.
12 Abami bo mw’isi n’ababa ku butaka bwimbuka bose ntibemeye+Yuko umurwanizi n’umwansi bokwinjiye mu marembo ya Yeruzalemu+.