Gusubira mu vyagezwe 32:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ca Gitandara, igikorwa ciwe ntikigira akanenge+,Kuko inzira ziwe zose ari ubutungane+.Ni Imana y’ubwizigirwa+, itagira akarenganyo+;Ni we agororotse kandi atunganye+. Abaroma 3:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 None bimeze bite? Nimba bamwe baterekanye ukwizera+, mbega ukutizera kwabo kwoba kuzotuma ubwizigirwa+ bw’Imana butagira ico bumara+?
4 Ca Gitandara, igikorwa ciwe ntikigira akanenge+,Kuko inzira ziwe zose ari ubutungane+.Ni Imana y’ubwizigirwa+, itagira akarenganyo+;Ni we agororotse kandi atunganye+.
3 None bimeze bite? Nimba bamwe baterekanye ukwizera+, mbega ukutizera kwabo kwoba kuzotuma ubwizigirwa+ bw’Imana butagira ico bumara+?