2 Abatesalonika 3:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 kandi ngo turokorwe mu gukizwa abantu bakora ikibi kandi b’ababisha+, kuko ukwizera atari ikintu gifiswe na bose+. Abaheburayo 4:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kuko na twebwe twamenyeshejwe inkuru nziza+, nk’uko na bo bayimenyeshejwe+; mugabo ijambo ryumviswe nta co ryabunguye+, kubera ko batari bunze ubumwe n’abumvise+ koko, biciye ku kwizera+.
2 kandi ngo turokorwe mu gukizwa abantu bakora ikibi kandi b’ababisha+, kuko ukwizera atari ikintu gifiswe na bose+.
2 Kuko na twebwe twamenyeshejwe inkuru nziza+, nk’uko na bo bayimenyeshejwe+; mugabo ijambo ryumviswe nta co ryabunguye+, kubera ko batari bunze ubumwe n’abumvise+ koko, biciye ku kwizera+.