ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 19:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Ubu rero nimwagamburuka vy’ukuri+ ijwi ryanje kandi mukagumya koko isezerano ryanje+, muzocika rero inyegu yanje idasanzwe mu bindi bisata vyose+, kuko isi yose ari rwanje+.

  • Gusubira mu vyagezwe 32:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 32 “Tega ugutwi, mwa majuru mwe, mvuge;

      Kandi isi niyumve amajambo y’akanwa kanje+.

  • Ivyakozwe 10:36
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 36 Yatumye ijambo+ kuri bene Isirayeli kugira ngo bamenyeshwe inkuru nziza y’amahoro+ biciye kuri Yezu Kristu: Uyo ni we Mukama w’abandi bose+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika