Yesaya 52:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ewe kuntu biteye igomwe ku misozi ibirenge+ vy’uwuzanye inkuru nziza+, uwamamaza amahoro+, uwuzanye inkuru nziza y’ikintu ciza kuruta+, uwamamaza ubukiriro+, uwubwira Siyoni ati: “Imana yawe icitse umwami+!” Nahumu 1:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 “Ehe ku misozi ibirenge vy’uwuzanye inkuru nziza, uwamamaza amahoro+. Ewe Yuda, himbaza imisi mikuru yawe+. Shitsa indagano zawe+; kuko ata muntu w’imburakimazi azosubira guca muri wewe+. Vy’ukuri azorandurwa wese uko yakabaye+.”
7 Ewe kuntu biteye igomwe ku misozi ibirenge+ vy’uwuzanye inkuru nziza+, uwamamaza amahoro+, uwuzanye inkuru nziza y’ikintu ciza kuruta+, uwamamaza ubukiriro+, uwubwira Siyoni ati: “Imana yawe icitse umwami+!”
15 “Ehe ku misozi ibirenge vy’uwuzanye inkuru nziza, uwamamaza amahoro+. Ewe Yuda, himbaza imisi mikuru yawe+. Shitsa indagano zawe+; kuko ata muntu w’imburakimazi azosubira guca muri wewe+. Vy’ukuri azorandurwa wese uko yakabaye+.”