ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Luka 2:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 “Ubuninahazwa iyo hejuru+ mu majuru bube ubw’Imana, kw’isi na ho amahoro+ abe mu bantu ishima+.”

  • Ivyakozwe 8:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Ariko abari basanzajwe, baca mu gihugu bamenyesha inkuru nziza y’ijambo ry’Imana+.

  • Ivyakozwe 10:36
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 36 Yatumye ijambo+ kuri bene Isirayeli kugira ngo bamenyeshwe inkuru nziza y’amahoro+ biciye kuri Yezu Kristu: Uyo ni we Mukama w’abandi bose+.

  • Abagalatiya 3:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Icanditswe rero, kubera cabonye hakiri kare yuko Imana yokwise abanyamahanga abagororotsi bivuye ku kwizera, camenyesheje Aburahamu inkuru nziza imbere y’igihe, ari yo y’iyi: “Biciye kuri wewe amahanga yose azohezagirwa+.”

  • Abanyefeso 2:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Kandi yaraje amenyesha inkuru nziza y’amahoro+ mwebwe abari kure cane, amenyesha n’amahoro abari hafi+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika