ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 30:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  5 Kuko kuba munsi y’ishavu ryiwe ari ivy’akanya gato+,

      Kuba munsi y’ubutoni bwiwe bikaba ivy’ubuzima bwose+.

      Ku mugoroba amarira yoshobora kwaka indaro+, mugabo mu gitondo hakaba akamo k’umunezero+.

  • Yesaya 61:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 gutangaza umwaka w’ubutoni wa Yehova+ be n’umusi w’ukwihora w’Imana yacu+; guhoza abagandaye bose+;

  • Luka 19:38
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 38 bavuga bati: “Arahezagiwe Uwuje bwa Mwami mw’izina rya Yehova+! Amahoro mw’ijuru, n’ubuninahazwa ahantu hari hejuru ya hose+!”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika