ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 25:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Muze mweze umwaka ugira mirongo itanu, mutangaze ukurekurwa mu gihugu ku bakibamwo bose+. Uzobabera Yubile*+, kandi umwe wese muri mwebwe aze asubire kw’itongo ryiwe, asubire no mu muryango wiwe+.

  • Luka 4:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 kwamamaza umwaka wemerwa wa Yehova+.”

  • 2 Abakorinto 6:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Kuko ivuga iti: “Mu gihe c’ukwemerwa narakwumvise, kandi ku musi w’ubukiriro naragutabaye+.” Ehe! Ubu ni co gihe canecane c’ukwemerwa+. Ehe! Ubu ni wo musi w’ubukiriro+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika