Zaburi 146:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Umwe ashitsa urubanza ku bw’abagunzwe+,Umwe aha umukate abashonje+.Yehova arabohora ababoshwe+. Yesaya 61:1 Bibiliya y’isi nshasha 61 Impwemu y’Umukama Segaba Yehova iri kuri jewe+, kuko Yehova yandobanuje amavuta+ kugira ngo mbwire inkuru nziza abatekereza+. Yantumye gutubika abavunitse umutima+, gutangaza ukurekurwa ku batwawe ari imbohe+, n’uguhumurwa amaso rwose ku banyororo+; Yesaya 63:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kuko umusi w’ukwihora uri mu mutima wanje+, kandi umwaka w’abacunguwe banje waje. Yeremiya 34:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ijambo ryaje kuri Yeremiya rivuye kuri Yehova inyuma y’aho Umwami Zedekiya amariye kugirana isezerano n’abantu bose bari i Yeruzalemu kugira ngo batangarizwe ukurekurwa+, Luka 4:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 “Impwemu ya Yehova+ iri kuri jewe, kuko yandobanuje amavuta* kugira ngo menyeshe inkuru nziza aboro, yantumye kwamamaza ukubohorwa ku mbohe n’uguhumuka ku mpumyi, kurekura abajanjaguwe bakidegemvya+, Abaroma 8:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 c’uko ivyaremwe+ na vyo bizogirwa ivyidegemvya+ bikava mu buja bw’ukubora, bikagira umwidegemvyo w’ubuninahazwa w’abana b’Imana.
61 Impwemu y’Umukama Segaba Yehova iri kuri jewe+, kuko Yehova yandobanuje amavuta+ kugira ngo mbwire inkuru nziza abatekereza+. Yantumye gutubika abavunitse umutima+, gutangaza ukurekurwa ku batwawe ari imbohe+, n’uguhumurwa amaso rwose ku banyororo+;
8 Ijambo ryaje kuri Yeremiya rivuye kuri Yehova inyuma y’aho Umwami Zedekiya amariye kugirana isezerano n’abantu bose bari i Yeruzalemu kugira ngo batangarizwe ukurekurwa+,
18 “Impwemu ya Yehova+ iri kuri jewe, kuko yandobanuje amavuta* kugira ngo menyeshe inkuru nziza aboro, yantumye kwamamaza ukubohorwa ku mbohe n’uguhumuka ku mpumyi, kurekura abajanjaguwe bakidegemvya+,
21 c’uko ivyaremwe+ na vyo bizogirwa ivyidegemvya+ bikava mu buja bw’ukubora, bikagira umwidegemvyo w’ubuninahazwa w’abana b’Imana.