Yesaya 34:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Kuko Yehova afise umusi w’ukwihora+, umwaka wo gutanga agahembo ku bijanye n’urubanza rwa Siyoni+. Yesaya 35:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nimubwire abari n’amaganya mu mutima+ muti: “Nimukomere+. Ntimutinye+. Raba! Imana yanyu izozanana ukwihora+, Imana izanane ugusubiriza mu nkoko+. Yo ubwayo izoza, ibakize+.” Yesaya 61:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 gutangaza umwaka w’ubutoni wa Yehova+ be n’umusi w’ukwihora w’Imana yacu+; guhoza abagandaye bose+;
4 Nimubwire abari n’amaganya mu mutima+ muti: “Nimukomere+. Ntimutinye+. Raba! Imana yanyu izozanana ukwihora+, Imana izanane ugusubiriza mu nkoko+. Yo ubwayo izoza, ibakize+.”
2 gutangaza umwaka w’ubutoni wa Yehova+ be n’umusi w’ukwihora w’Imana yacu+; guhoza abagandaye bose+;