Yesaya 34:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Kuko Yehova afise umusi w’ukwihora+, umwaka wo gutanga agahembo ku bijanye n’urubanza rwa Siyoni+. Ivyakozwe 17:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Kuko yashinze umusi aho izocira urubanza+ isi mu bugororotsi ikoresheje umuntu yashizeho, kandi yarahaye abantu bose ikimenyamenya mu kuba yaramuzuye+ mu bapfuye.”
31 Kuko yashinze umusi aho izocira urubanza+ isi mu bugororotsi ikoresheje umuntu yashizeho, kandi yarahaye abantu bose ikimenyamenya mu kuba yaramuzuye+ mu bapfuye.”