Yohani 11:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Yezu amubwira ati: “Ni jewe zuka n’ubuzima+. Uwunyizera, naho yopfa, azoba muzima+; Ivyakozwe 2:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Mugabo Imana yaramuzuye+ mu kumubohora mu mibabaro y’urupfu+, kuko bitashoboka ko rubandanya kumugumya+. Ivyakozwe 13:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 yuko Imana yawushikije rwose kuri twebwe abana babo mu kuzura Yezu+; nk’uko vyanditswe mw’izaburi igira kabiri, ngo: ‘Uri umwana wanje, ncitse So uyu musi+.’ Abaroma 6:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kuko nimba twacitse abunze ubumwe na we mu rupfu rusa n’urwiwe+, nta nkeka kandi ko tuzokwunga ubumwe na we mw’izuka risa n’iryiwe+;
24 Mugabo Imana yaramuzuye+ mu kumubohora mu mibabaro y’urupfu+, kuko bitashoboka ko rubandanya kumugumya+.
33 yuko Imana yawushikije rwose kuri twebwe abana babo mu kuzura Yezu+; nk’uko vyanditswe mw’izaburi igira kabiri, ngo: ‘Uri umwana wanje, ncitse So uyu musi+.’
5 Kuko nimba twacitse abunze ubumwe na we mu rupfu rusa n’urwiwe+, nta nkeka kandi ko tuzokwunga ubumwe na we mw’izuka risa n’iryiwe+;