5 Nk’akarorero, ni nde mu bamarayika yigeze kubwira iti: “Uri umwana wanje; jewe uno musi ncitse so+”? Kandi iti: “Jewe ubwanje nzomubera se, na we azombera umwana+”?
5 Na Kristu rero ntiyininahaje+ mu gucika umuherezi mukuru+, ahubwo yaninahajwe+ n’umwe yavuga ku bijanye na we ngo: “Uri umwana wanje; jewe uno musi ncitse so+.”