Zaburi 2:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Reka mvuge ingingo ya Yehova;Yambwiye ati: “Uri umwana wanje+;Jewe uno musi ncitse so+. Ivyakozwe 13:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 yuko Imana yawushikije rwose kuri twebwe abana babo mu kuzura Yezu+; nk’uko vyanditswe mw’izaburi igira kabiri, ngo: ‘Uri umwana wanje, ncitse So uyu musi+.’
33 yuko Imana yawushikije rwose kuri twebwe abana babo mu kuzura Yezu+; nk’uko vyanditswe mw’izaburi igira kabiri, ngo: ‘Uri umwana wanje, ncitse So uyu musi+.’