ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 96:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Imbere ya Yehova. Kuko aje+;

      Kuko aje gucira imanza isi+.

      Azocira imanza ubutaka bwimbuka akoresheje ubugororotsi+,

      N’ibisata vy’abantu akoresheje ubwizigirwa bwiwe+.

  • Zaburi 98:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  9 Imbere ya Yehova, kuko aje gucira imanza isi+.

      Azocira imanza ubutaka bwimbuka akoresheje ubugororotsi+,

      N’ibisata vy’abantu, akoresheje ukugororoka+.

  • Yesaya 2:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Kandi azoca imanza koko hagati mu mahanga+, agorore ibintu+ ku bijanye n’ibisata vy’abantu vyinshi+. Kandi inkota zabo bazobwirizwa kuzicuramwo ibirimisho, n’amacumu yabo bayacuremwo imihoro yo gututūra+. Nta hanga rizobangurira inkota irindi hanga, eka ntibazokwongera kwiga kurwana+.

  • Yohani 5:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Kuko Se ata n’umwe acira urubanza, mugabo uguca imanza kwose yagushikirije Umwana+,

  • Ivyakozwe 10:42
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 42 Vyongeye, yadutegetse kwamamaza+ inkuru nziza ku bantu no gushinga intahe inogangije yuko uyo ari Umwe yashirwaho n’Imana ngo abe umucamanza w’abazima n’abapfuye+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika