ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yohani 5:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Kuko Se ata n’umwe acira urubanza, mugabo uguca imanza kwose yagushikirije Umwana+,

  • Ivyakozwe 17:31
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 31 Kuko yashinze umusi aho izocira urubanza+ isi mu bugororotsi ikoresheje umuntu yashizeho, kandi yarahaye abantu bose ikimenyamenya mu kuba yaramuzuye+ mu bapfuye.”

  • Abaroma 14:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Kuko ico ari co Kristu yapfiriye akongera akabera muzima+, kugira ngo abe Umukama ku bapfuye+ n’abazima+.

  • 2 Abakorinto 5:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Kuko twese dutegerezwa kugaragarizwa imbere y’intebe y’imanza ya Kristu+, ngo umwe wese aronke ivyo akwiriye ku bw’ibintu yakoreye mu mubiri, nk’uko ivyo yagiye arakora biri, vyaba vyiza canke ivy’agahomerabunwa+.

  • 2 Timoteyo 4:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Ndagutegetse nshimitse imbere y’Imana na Kristu Yezu, umwe abwirizwa kuzocira imanza+ abazima n’abapfuye+, kandi biciye ku kwigaragaza kwiwe+ n’ubwami bwiwe+,

  • 1 Petero 4:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Mugabo abo bantu bazogira ico babazwa n’umwe+ yiteguriye gucira urubanza abazima n’abapfuye+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika