Yesaya 25:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Emwe, urupfu azorumira miyonzwa gushitsa ibihe bidahera+, kandi Umukama Segaba Yehova azohanagura koko amosozi mu maso ha bose+. Kandi iceyi c’abantu biwe azogikuraho kw’isi yose+, kuko Yehova ubwiwe abivuze. Matayo 5:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 “Hahiriwe abagandaye, kuko bazohozwa+. Luka 6:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 “Murahiriwe mwebwe mushonje+ ubu, kuko muzohazwa+. “Murahiriwe mwebwe murira ubu, kuko muzotwenga+.
8 Emwe, urupfu azorumira miyonzwa gushitsa ibihe bidahera+, kandi Umukama Segaba Yehova azohanagura koko amosozi mu maso ha bose+. Kandi iceyi c’abantu biwe azogikuraho kw’isi yose+, kuko Yehova ubwiwe abivuze.
21 “Murahiriwe mwebwe mushonje+ ubu, kuko muzohazwa+. “Murahiriwe mwebwe murira ubu, kuko muzotwenga+.