Yeremiya 34:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Yehova yaravuganye na Yeremiya inyuma y’aho umwami Zedekiya amariye kugirana isezerano n’abantu bose bari i Yeruzalemu kugira ngo bahe umwidegemvyo abashumba+.
8 Yehova yaravuganye na Yeremiya inyuma y’aho umwami Zedekiya amariye kugirana isezerano n’abantu bose bari i Yeruzalemu kugira ngo bahe umwidegemvyo abashumba+.